caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Taa-Haa, Verse 99

Mecca · revelation order 45 · 20:99

كَذَٰلِكَ نَقُصُّ عَلَيْكَ مِنْ أَنۢبَآءِ مَا قَدْ سَبَقَ وَقَدْ ءَاتَيْنَٰكَ مِن لَّدُنَّا ذِكْرًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twakwiganiye inkuru zo muri kahise ka Musa na Firawuni hamwe n’abantu babo - Tukwiganira n’inkuru yo muri kahise k’ab’aho hambere yawe. Ni ukuri Twebwe Allah, Twaranaguhaye Qor’ani kugira ibe urwibutso ku bibuka bakikebuka.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70