caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Taa-Haa, Verse 98

Mecca · revelation order 45 · 20:98

إِنَّمَآ إِلَٰهُكُمُ ٱللَّهُ ٱلَّذِى لَآ إِلَٰهَ إِلَّا هُوَ وَسِعَ كُلَّ شَىْءٍ عِلْمًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBantu! Mu vy’ukuri Imana yanyu ni Allah, nta yindi mana ibwirijwe gusengwa atari Yo, ubumenyi bwayo bukikuje ikintu ico ari co cose.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70