caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Taa-Haa, Verse 88

Mecca · revelation order 45 · 20:88

فَأَخْرَجَ لَهُمْ عِجْلًا جَسَدًا لَّهُۥ خُوَارٌ فَقَالُوا۟ هَٰذَآ إِلَٰهُكُمْ وَإِلَٰهُ مُوسَىٰ فَنَسِىَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ukwo rero Saamiriy yabumbiye Bene Israyeli muri nya nzahabu igishusho c’inyana y’inka kimoka nk’inka. Saamiriy n’abamukurikiye babwiye abantu ba Musa bati: “Iyi, ni yo mana yanyu, ikaba n’imana ya Musa, Musa yasamaye ayisiga ng’aha!”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70