يَٰبَنِىٓ إِسْرَٰٓءِيلَ قَدْ أَنجَيْنَٰكُم مِّنْ عَدُوِّكُمْ وَوَٰعَدْنَٰكُمْ جَانِبَ ٱلطُّورِ ٱلْأَيْمَنَ وَنَزَّلْنَا عَلَيْكُمُ ٱلْمَنَّ وَٱلسَّلْوَىٰ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiEmwe Bene Israyeli! Ni ukuri, nimwibuke igihe Twebwe Allah Tubakura kw’izosi umwansi wanyu Firawuni, Tukabaha n’isango ryo kubamanurira Tawurati amaja iburyo bw’akabande “Twuwa”, Tukabamanurira “Manna[5]” hamwe na “Salwa[6]” mufungura igihe mwari mu bihano vyo kwangazwa.