فَلَنَأْتِيَنَّكَ بِسِحْرٍ مِّثْلِهِۦ فَٱجْعَلْ بَيْنَنَا وَبَيْنَكَ مَوْعِدًا لَّا نُخْلِفُهُۥ نَحْنُ وَلَآ أَنتَ مَكَانًا سُوًى
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNamba ari ubukonikoni bwobwo, dutegerezwa kuzana ubukonikoni nk’ubwo watuzaniye; gena rero isango nyezina tuzohurirako, maze ntihagire n’umwe asiba kuri nya sango, duheze duhurire ahantu abantu bashobora gushika ata wukumiriwe.