وَٱضْمُمْ يَدَكَ إِلَىٰ جَنَاحِكَ تَخْرُجْ بَيْضَآءَ مِنْ غَيْرِ سُوٓءٍ ءَايَةً أُخْرَىٰ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiVyongeye, shira ikiganza cawe mu kwaha, kivayo cererana gisayangana bidaturutse ku ndwara y’ubukarabe; ico kikaba ari ikindi gitangaro;