caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Taa-Haa, Verse 121

Mecca · revelation order 45 · 20:121

فَأَكَلَا مِنْهَا فَبَدَتْ لَهُمَا سَوْءَٰتُهُمَا وَطَفِقَا يَخْصِفَانِ عَلَيْهِمَا مِن وَرَقِ ٱلْجَنَّةِ وَعَصَىٰٓ ءَادَمُ رَبَّهُۥ فَغَوَىٰ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ho rero Adamu na Hawa bafungura kuri nya giti babuzwa n’Imana Allah kugifungurako, ubwambure bwabo buca buragaragara, babona bambaye ubusa, baca batangura gukorora amababi y’ibiti vyo mu Bwami bw’ijuru ngo bapfuke ubwambure bwabo bugaragara, Adamu aba aciye kubiri n’ibwirizwa yahawe n’Imana yiwe Rurema Allah, maze arahuba.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70