caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Taa-Haa, Verse 104

Mecca · revelation order 45 · 20:104

نَّحْنُ أَعْلَمُ بِمَا يَقُولُونَ إِذْ يَقُولُ أَمْثَلُهُمْ طَرِيقَةً إِن لَّبِثْتُمْ إِلَّا يَوْمًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiTwebwe Allah, Turazi neza ivyo bazovuga bongorerana igihe uwutahura muri bo gusumba abandi azovuga ati: “Ntimwabaye kw’isi kiretse umusi umwe gusa”, mu kwerekana ko ubuzima bwo kw’isi ari bugufi cane ugereranije n’ubuzima bw’inyuma yo gupfa.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70