وَإِذْ قَتَلْتُمْ نَفْسًا فَٱدَّٰرَْٰٔتُمْ فِيهَا وَٱللَّهُ مُخْرِجٌ مَّا كُنتُمْ تَكْتُمُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBene Israyeli! Nimwibuke kandi n’igihe bamwe muri mwebwe bica umuntu, maze mugacanamwo murondera kumenya uwamwishe. Imana Allah Izogaragaza ivyo mwari mwahishije kw’iyicwa rya nya muntu.