تُؤْتِىٓ أُكُلَهَا كُلَّ حِينٍۭ بِإِذْنِ رَبِّهَا وَيَضْرِبُ ٱللَّهُ ٱلْأَمْثَالَ لِلنَّاسِ لَعَلَّهُمْ يَتَذَكَّرُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiCama ivyamwa vyaco ku gihe Imana yaco Rurema Allah Yagitegekanirije[5]!. Burya Imana Allah, Iha uburorero abantu kugira bibuke, bikebuke.