كَذَٰلِكَ أَرْسَلْنَٰكَ فِىٓ أُمَّةٍ قَدْ خَلَتْ مِن قَبْلِهَآ أُمَمٌ لِّتَتْلُوَا۟ عَلَيْهِمُ ٱلَّذِىٓ أَوْحَيْنَآ إِلَيْكَ وَهُمْ يَكْفُرُونَ بِٱلرَّحْمَٰنِ قُلْ هُوَ رَبِّى لَآ إِلَٰهَ إِلَّا هُوَ عَلَيْهِ تَوَكَّلْتُ وَإِلَيْهِ مَتَابِ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ni nk’ukwo nyene rero Twakurungitse ku bantu inyuma yuko hamaze guca imigwi myinshi y’abantu, kugira ubasomere Qor’ani Twaguhishuriye mu gihe bakigarariza Imana Nyenimpuhwe. Ntumwa y’Imana! Babwire rero uti: “Nyenimpuhwe mugarariza, ni Yo Mana yanje Rurema Allah, nta mana ibwirijwe gusengwa atari Yo, ni Yo rero nishimikije nkizera, ni no kuri Yo ngaruka nkigaya”.