بِسْمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحْمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ الٓمٓر تِلْكَ ءَايَٰتُ ٱلْكِتَٰبِ وَٱلَّذِىٓ أُنزِلَ إِلَيْكَ مِن رَّبِّكَ ٱلْحَقُّ وَلَٰكِنَّ أَكْثَرَ ٱلنَّاسِ لَا يُؤْمِنُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiAlif Laam Miim Raa[1]. Izi, ni Aayah z’Igitabu Qor’ani zubashwe. Ntumwa y’Imana! Iyi Qor’ani wamanuriwe ivuye ku Mana yawe Rurema Allah, ni kwo kuri; ariko rero hamwe n’ivyo, abenshi mu bantu ntibayemera ngo bayigendere.