caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 89

Mecca · revelation order 52 · 11:89

وَيَٰقَوْمِ لَا يَجْرِمَنَّكُمْ شِقَاقِىٓ أَن يُصِيبَكُم مِّثْلُ مَآ أَصَابَ قَوْمَ نُوحٍ أَوْ قَوْمَ هُودٍ أَوْ قَوْمَ صَٰلِحٍ وَمَا قَوْمُ لُوطٍ مِّنكُم بِبَعِيدٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBantu banje narungitsweko! Urwanko ruturutse ku kuba tudahuje gusa ukwemera, ntirutume mubandanya kuba intumva, kuko vyotuma muhanwa nk’uko hahanwe abantu ba Nuhu, canke abantu ba Huudi, canke abantu ba Swalehe. Kira noneho n’ihanwa ry’abantu ba Luutwi ntiryabereye kure y’aho mucumbitse!;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70