caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 85

Mecca · revelation order 52 · 11:85

وَيَٰقَوْمِ أَوْفُوا۟ ٱلْمِكْيَالَ وَٱلْمِيزَانَ بِٱلْقِسْطِ وَلَا تَبْخَسُوا۟ ٱلنَّاسَ أَشْيَآءَهُمْ وَلَا تَعْثَوْا۟ فِى ٱلْأَرْضِ مُفْسِدِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBantu banje! Nimukwize neza ivyo mupima ku ngero no ku munzani, kandi ntimukarenganye abantu mu kubambura utwabo mu buryo ubwo ari bwo bwose, ntimukagenzwe n’ubwononyi kw’isi;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70