فَلَمَّا جَآءَ أَمْرُنَا جَعَلْنَا عَٰلِيَهَا سَافِلَهَا وَأَمْطَرْنَا عَلَيْهَا حِجَارَةً مِّن سِجِّيلٍ مَّنضُودٍ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiIgihe rero isezerano ryacu Twebwe Allah ryo guhana abantu ba Luutwi ryagera, Twabubitseko isi y’aho baba, hejuru haja mu kuzimu, Duca Tuhacucagira amabuye ahiye y’urutavanako;