caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 72

Mecca · revelation order 52 · 11:72

قَالَتْ يَٰوَيْلَتَىٰٓ ءَأَلِدُ وَأَنَا۠ عَجُوزٌ وَهَٰذَا بَعْلِى شَيْخًا إِنَّ هَٰذَا لَشَىْءٌ عَجِيبٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiSarah yaratangaye aca avuga ati: “Bishoboka gute ko novyara kandi ndi umukecuru, umugabo wanje na we akaba amaze gusaza! Mu vy’ukuri, ico coba ari ikintu gitangaje koko”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70