caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 35

Mecca · revelation order 52 · 11:35

أَمْ يَقُولُونَ ٱفْتَرَىٰهُ قُلْ إِنِ ٱفْتَرَيْتُهُۥ فَعَلَىَّ إِجْرَامِى وَأَنَا۠ بَرِىٓءٌ مِّمَّا تُجْرِمُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAhubwo rero ababangikanyamana mu bantu ba Nuhu, bavuga ko Nuhu yarementanije ivyo ababwira. Nuhu! Bishure ubabwire uti: “Ninaba nararementanirije Imana Allah ivyo ndababwira, ivyaha vy’iryo rementanya biri ku gatwe kanje, kandi jewe nditandukanije n’ivyaha mukora”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70