caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 14

Mecca · revelation order 52 · 11:14

فَإِلَّمْ يَسْتَجِيبُوا۟ لَكُمْ فَٱعْلَمُوٓا۟ أَنَّمَآ أُنزِلَ بِعِلْمِ ٱللَّهِ وَأَن لَّآ إِلَٰهَ إِلَّا هُوَ فَهَلْ أَنتُم مُّسْلِمُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Abo babangikanyamana nivyabananira bakanareka kubumvira mu vyo mubararikiramwo wewe n’abemeramana, muramenya rero ko Qor’ani yamanuwe n’Imana Allah ku bumenyi bwayo, mumenye kandi ko ata mana ibwirijwe gusengwa vy’ukuri atari Yo. Mbega none, inyuma y'ivyo vyose ntimwoshishikara muri abislamu bicisha bugufi ku Mana Allah!
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70