caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 116

Mecca · revelation order 52 · 11:116

فَلَوْلَا كَانَ مِنَ ٱلْقُرُونِ مِن قَبْلِكُمْ أُو۟لُوا۟ بَقِيَّةٍ يَنْهَوْنَ عَنِ ٱلْفَسَادِ فِى ٱلْأَرْضِ إِلَّا قَلِيلًا مِّمَّنْ أَنجَيْنَا مِنْهُمْ وَٱتَّبَعَ ٱلَّذِينَ ظَلَمُوا۟ مَآ أُتْرِفُوا۟ فِيهِ وَكَانُوا۟ مُجْرِمِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiEse iyo haboneka mu migwi y’ababayeho aho hambere yanyu, abantu b’abagororotsi baguma babuza abandi kugarariza no kugenzwa n’ubwononyi kw’isi! Muri bo rero, ntihigeze haboneka kiretse abantu bake mu bemeramana Twarokoye mu bihano. Abirenganije muri nya migwi, bishinze kuryoherwa gusa n’ibihendamaso vy’isi, bari n’abanyavyaha bakwiye guhanwa koko[15].
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70