caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 112

Mecca · revelation order 52 · 11:112

فَٱسْتَقِمْ كَمَآ أُمِرْتَ وَمَن تَابَ مَعَكَ وَلَا تَطْغَوْا۟ إِنَّهُۥ بِمَا تَعْمَلُونَ بَصِيرٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMuvugishwamana! Shishikara rero kuba umugororotsi nk’uko wabitegetswe n’Imana Allah, wewe hamwe n’abigaye muri kumwe; kandi ntimukarenge ku mabwirizwa y’Imana Allah, burya Imana Allah, Irabona neza ivyo mukora vyose, ni Nyenukubona.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70