قَٰتِلُوهُمْ يُعَذِّبْهُمُ ٱللَّهُ بِأَيْدِيكُمْ وَيُخْزِهِمْ وَيَنصُرْكُمْ عَلَيْهِمْ وَيَشْفِ صُدُورَ قَوْمٍ مُّؤْمِنِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBemeramana! Nimurwanye abansi b’Imana Allah kugira Ibahane Inabatetereze biciye kuri mwebwe, Ibashoboze no kubanesha, gutyo ijambo ryayo ryubahwe, Itururuze n’imashaha y’abemeramana;