وَءَاخَرُونَ مُرْجَوْنَ لِأَمْرِ ٱللَّهِ إِمَّا يُعَذِّبُهُمْ وَإِمَّا يَتُوبُ عَلَيْهِمْ وَٱللَّهُ عَلِيمٌ حَكِيمٌ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBemeramana! Mu basivye ku rugamba rwa Tabuuki, harimwo n’abandi [29] bicujije ku vyo bakoze, bakirindiriye ingingo y’Imana Allah ibega; ko Yobahana canke Yobababarira. Burya Imana Allah, ni Nyenubumenyikurivyose, Irazi uwukwiye guhanwa canke kubabarirwa; Intungane mu vyo Ikora;