وَيْلٌ يَوْمَئِذٍ لِّلْمُكَذِّبِينَ Kirundi Translation - Yusuf GahitiIbihano nya bihano kuri uwo musi, ni ivy’abahakana bivuye inyuma ibizoshika ku musi w’umuhero.