caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 71

Mecca · revelation order 39 · 7:71

قَالَ قَدْ وَقَعَ عَلَيْكُم مِّن رَّبِّكُمْ رِجْسٌ وَغَضَبٌ أَتُجَٰدِلُونَنِى فِىٓ أَسْمَآءٍ سَمَّيْتُمُوهَآ أَنتُمْ وَءَابَآؤُكُم مَّا نَزَّلَ ٱللَّهُ بِهَا مِن سُلْطَٰنٍ فَٱنتَظِرُوٓا۟ إِنِّى مَعَكُم مِّنَ ٱلْمُنتَظِرِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiHuudi yabishuye abihaniza ati: “Ni ukuri, mwamaze gushikirwa n’ibihano n’ishavu ry’Imana yanyu Rurema Allah. Ubu murashishikaye kumpaririza kuri ibi bishusho mwagize ibigirwamana mwebwe hamwe n’abavyeyi banyu, ata n’icemezo Imana Allah Yigeze Imanura kirekurira isengwa ryavyo! Kubera ivyo rero, nimurindire ishika ry’ivyo bihano musaba, na nje ndindiriye hamwe na mwe”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70