caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 66

Mecca · revelation order 39 · 7:66

قَالَ ٱلْمَلَأُ ٱلَّذِينَ كَفَرُوا۟ مِن قَوْمِهِۦٓ إِنَّا لَنَرَىٰكَ فِى سَفَاهَةٍ وَإِنَّا لَنَظُنُّكَ مِنَ ٱلْكَٰذِبِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbarongoye abagararije mu bantu biwe bamwishuye bati: “Twebwe mu vy’ukuri tubona ko uri umukehabwenge, kandi twiyumvira ko uri no mu babeshi mu vyo ushikiriza ku Mana”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70