caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 153

Mecca · revelation order 39 · 7:153

وَٱلَّذِينَ عَمِلُوا۟ ٱلسَّيِّـَٔاتِ ثُمَّ تَابُوا۟ مِنۢ بَعْدِهَا وَءَامَنُوٓا۟ إِنَّ رَبَّكَ مِنۢ بَعْدِهَا لَغَفُورٌ رَّحِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNayo abakoze ivyaha, mu nyuma bakagaruka ku Mana Allah bakigaya bakanayemera, bakanakora n’ibikorwa vyiza, mu vy’ukuri Imana yawe Rurema Allah nta nkeka ko inyuma y’uko kwigaya kwabo Izobababarira, ni Nyenimbabazi-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70