إِنَّ ٱلَّذِينَ يَخْشَوْنَ رَبَّهُم بِٱلْغَيْبِ لَهُم مَّغْفِرَةٌ وَأَجْرٌ كَبِيرٌ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri, abatinya Imana yabo Rurema Allah bakayisenga biherereye, batinya guhanwa mu buzima bw’inyuma yo gupfa, bazogumirizwa akabanga ku vyaha vyabo, vyirengagizwe ntibabihanirwe, bazonaronka n’impano nta ngere kandi zamaho mu Bwami bw’ijuru.