caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Mumtahana, Verse 9

Medina · revelation order 91 · 60:9

إِنَّمَا يَنْهَىٰكُمُ ٱللَّهُ عَنِ ٱلَّذِينَ قَٰتَلُوكُمْ فِى ٱلدِّينِ وَأَخْرَجُوكُم مِّن دِيَٰرِكُمْ وَظَٰهَرُوا۟ عَلَىٰٓ إِخْرَاجِكُمْ أَن تَوَلَّوْهُمْ وَمَن يَتَوَلَّهُمْ فَأُو۟لَٰٓئِكَ هُمُ ٱلظَّٰلِمُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAhubwo Imana Allah, Ibabuza gusa kugira abagenzi somambike ababarwanije ku mvo z’ukwemera, bakabasohora mu zanyu, bakanafasha mu kubomora. Kubera ivyo rero, abazobagira abagenzi somambike, abo ni bo birenganije mu kurenga ku mabwirizwa y’Imana Allah.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70