إِن يَثْقَفُوكُمْ يَكُونُوا۟ لَكُمْ أَعْدَآءً وَيَبْسُطُوٓا۟ إِلَيْكُمْ أَيْدِيَهُمْ وَأَلْسِنَتَهُم بِٱلسُّوٓءِ وَوَدُّوا۟ لَوْ تَكْفُرُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBishitse mukagwa mu minwe yabo, bobereka urwanko babafitiye mu mitima yabo, bakabahereza iminwe yabo mu kubica no kubagira imbohe, bakanabacokora, hanyuma bakabipfuriza ko mwogarariza mugata idini ryanyu.