ثُلَّةٌ مِّنَ ٱلْأَوَّلِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiHazokwinjira muri Bwo, umugwi munini w’abantu bo mu binjana vya mbere mu barungikiwe Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) hamwe n’abandi bantu bo kuva ku gihe ca Adamu;