كَأَنَّهُنَّ ٱلْيَاقُوتُ وَٱلْمَرْجَانُ Kirundi Translation - Yusuf GahitiNya bakenyezi bo mu Bwami bw’ijuru, ku bwiza bwabo womengo ni Yaakuuti[5] na Marjaani[6].