وَٱلْبَيْتِ ٱلْمَعْمُورِ Kirundi Translation - Yusuf GahitiNo ku ngoro iri mw’ijuru ryegereye isi, irimwo abamalayika bama bariko barayikikura ku mwanya ku mwanya;