caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Jaathiya, Verse 11

Mecca · revelation order 65 · 45:11

هَٰذَا هُدًى وَٱلَّذِينَ كَفَرُوا۟ بِـَٔايَٰتِ رَبِّهِمْ لَهُمْ عَذَابٌ مِّن رِّجْزٍ أَلِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIyi Qor’ani Twamanuye, ni uburongozi bukura abantu mu muzimagiza, ikaba n’icemezo c’ukuri kibashikana mu nzira igororotse. Nayo abagararije bagahakana Aayah n’ivyemezo vy’Imana yabo Rurema Allah, ku musi w’izuka, barategekanirijwe ibihano bibi cane kandi bibabaza;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70