طَعَامُ ٱلْأَثِيمِ Kirundi Translation - Yusuf GahitiIvyamwa vyaco birura, binuka utokwumva, ni zo mfungurwa z’umunyavyaha, na canecane uwubangikanya Imana Allah;