caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Az-Zukhruf, Verse 44

Mecca · revelation order 63 · 43:44

وَإِنَّهُۥ لَذِكْرٌ لَّكَ وَلِقَوْمِكَ وَسَوْفَ تُسْـَٔلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri iyi Qor’ani, ni ukuri, ni iteka n’icubahiro kuri wewe n’Abakorayishi, kuko yamanuwe mu rurimi rwabo rw’icarabu kugira bayitahure kuruta, baheze babe aba mbere bayemera maze bayigendere. Kubera ivyo rero, bitebe bitebuke, muzobazwa wewe hamwe n’abo warungitsweko ukuntu mwashimye mukongera mukagendera iyo Qor’ani!
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70