وَإِذْ قَالَ إِبْرَٰهِيمُ لِأَبِيهِ وَقَوْمِهِۦٓ إِنَّنِى بَرَآءٌ مِّمَّا تَعْبُدُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ibuka n’igihe Ibrahimu yabwira se wiwe hamwe n’abantu biwe yarungitsweko, babangikanya Imana Allah nk’abo warungitsweko, ati: “Mu vy’ukuri jewe, nditandukanije n’ivyo musenga vyose;