فَلَمَّا رَأَوْا۟ بَأْسَنَا قَالُوٓا۟ ءَامَنَّا بِٱللَّهِ وَحْدَهُۥ وَكَفَرْنَا بِمَا كُنَّا بِهِۦ مُشْرِكِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiIgihe rero nya bahakanyi bashikirwa n’ibihano vyacu, baciye bemanga bavuga bati: “Twemeye Imana Allah Yo Yonyene, twanagararije mu kwamirira kure ivyo twahora tuyibangikanya”;