caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 144

Medina · revelation order 92 · 4:144

يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ لَا تَتَّخِذُوا۟ ٱلْكَٰفِرِينَ أَوْلِيَآءَ مِن دُونِ ٱلْمُؤْمِنِينَ أَتُرِيدُونَ أَن تَجْعَلُوا۟ لِلَّهِ عَلَيْكُمْ سُلْطَٰنًا مُّبِينًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiEmwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ntimukagire mu bagarariji abagenzi somambike mucuditse babahagarikiye mwirengagije abemeramana. Mbega none mushaka muri ukwo gucudika na bo, icemezo kigaragara kibagiriza ku Mana Allah ko mutemera vy’ukuri!
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70