caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ahzaab, Verse 48

Medina · revelation order 90 · 33:48

وَلَا تُطِعِ ٱلْكَٰفِرِينَ وَٱلْمُنَٰفِقِينَ وَدَعْ أَذَىٰهُمْ وَتَوَكَّلْ عَلَى ٱللَّهِ وَكَفَىٰ بِٱللَّهِ وَكِيلًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiKandi ntukumvire namba abagarariji n’indyarya mu biciye kubiri n’ingingo z’ubwislamu, irengagize ibangamira ryabo, maze ushishikare gushikiriza ubutumwa, uheze wishimikize Imana Allah uyizere. Burya Imana Allah, Irakwiye kuba Umuhagarikizi Agukingira ibikubangamiye kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70