caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Luqman, Verse 30

Mecca · revelation order 57 · 31:30

ذَٰلِكَ بِأَنَّ ٱللَّهَ هُوَ ٱلْحَقُّ وَأَنَّ مَا يَدْعُونَ مِن دُونِهِ ٱلْبَٰطِلُ وَأَنَّ ٱللَّهَ هُوَ ٱلْعَلِىُّ ٱلْكَبِيرُ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIvyo vyose rero, bikerekana ubushobozi bw’Imana Allah kugira mumenye ko ari Yo Nyakuri[8]; n’uko ivyo musenga mu gishingo cayo ari irementanya; n’uko Imana Allah ari Yo Nyenicubahiro-ntangere, Nyenubukuru, Ikwiye gusengwa ari Imwe Rudende Itabangikanywa.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70