caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Qasas, Verse 67

Mecca · revelation order 49 · 28:67

فَأَمَّا مَن تَابَ وَءَامَنَ وَعَمِلَ صَٰلِحًا فَعَسَىٰٓ أَن يَكُونَ مِنَ ٱلْمُفْلِحِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiUwo wese rero yigaye mu babangikanyamana, agaheza akemera akanakora n’ibikorwa vyiza bitegetswe, azoba ari mu baronse intsinzi mu buzima bwo kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70