بَلْ قَالُوا۟ مِثْلَ مَا قَالَ ٱلْأَوَّلُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiAhubwo rero, abagarariji ntibigeze bemera izurwa ry’ibiremwa inyuma yo gupfa, ahubwo barinamuye mu gusubiramwo kuvuga nk’ivyavuzwe n’ab’aho hambere;
بَلْ قَالُوا۟ مِثْلَ مَا قَالَ ٱلْأَوَّلُونَ