caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Muminoon, Verse 75

Mecca · revelation order 74 · 23:75

وَلَوْ رَحِمْنَٰهُمْ وَكَشَفْنَا مَا بِهِم مِّن ضُرٍّ لَّلَجُّوا۟ فِى طُغْيَٰنِهِمْ يَعْمَهُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiN’iyo rero Twebwe Allah Tubagirira impuhwe Tukabakurako amapfa, nta cari kubuza ko batarendegera mu bugarariji, bajuragirika mu kubura ico bafata n'ico bareka hagati yo kwemera no guhakana.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70