caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Muminoon, Verse 47

Mecca · revelation order 74 · 23:47

فَقَالُوٓا۟ أَنُؤْمِنُ لِبَشَرَيْنِ مِثْلِنَا وَقَوْمُهُمَا لَنَا عَٰبِدُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMaze bavuga bati: “Karashize ingani twemere abantu babiri basanzwe nkatwe, kandi abo barungitsweko muri Bene Israyeli ari abashumba bari musi y’amategeko yacu, kandi baca bugufi kuri twebwe!”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70