إِنَّ ٱلَّذِينَ سَبَقَتْ لَهُم مِّنَّا ٱلْحُسْنَىٰٓ أُو۟لَٰٓئِكَ عَنْهَا مُبْعَدُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri, abo Twamaze kumenya ko bafise amahirwe yo kwinjira mu Bwami bw’ijuru, abo ni bo rero bazokwigizwa kure y’umuriro wa Jahannamu;