caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Taa-Haa, Verse 15

Mecca · revelation order 45 · 20:15

إِنَّ ٱلسَّاعَةَ ءَاتِيَةٌ أَكَادُ أُخْفِيهَا لِتُجْزَىٰ كُلُّ نَفْسٍۭ بِمَا تَسْعَىٰ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri, isango ry’umuhero w’isi nta nkeka ko vuba bwango rigiye gushika; Narigize ibanga ryanje gusa, aho ata kiremwa kizi igihe nya sango rizogererako, kugira umuntu wese ahemberwe ivyo yakoze kw’isi;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70