caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Israa, Verse 77

Mecca · revelation order 50 · 17:77

سُنَّةَ مَن قَدْ أَرْسَلْنَا قَبْلَكَ مِن رُّسُلِنَا وَلَا تَجِدُ لِسُنَّتِنَا تَحْوِيلًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi uko vyamye rero ku bo Twarungikiye Intumwa zacu aho hambere yawe, ko abomoye Intumwa Twashoka Tubahana. Ntumwa y’Imana! Genda ugendereze, nta hantu na hamwe uzosanga Twarigeze kudohoka ku ngingo yo guhana abomoye Intumwa.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70