caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Israa, Verse 29

Mecca · revelation order 50 · 17:29

وَلَا تَجْعَلْ يَدَكَ مَغْلُولَةً إِلَىٰ عُنُقِكَ وَلَا تَبْسُطْهَا كُلَّ ٱلْبَسْطِ فَتَقْعُدَ مَلُومًا مَّحْسُورًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtukabe rero ingumyi mu kudatanga mu bikorwa vy’igamburukiramana[6]; kandi ntugasesagure mu gutanga gushika n’aho utanga ibirengeye ubushobozi bwawe, maze ugatangura gutanako imiragwe n’abantu bakakunebagura, ugatangura kwicuza kw’isesagurwa ry’ubutunzi bwawe.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70