caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Israa, Verse 108

Mecca · revelation order 50 · 17:108

وَيَقُولُونَ سُبْحَٰنَ رَبِّنَآ إِن كَانَ وَعْدُ رَبِّنَا لَمَفْعُولًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMaze bagaca bavuga bati: “Nihaninahazwe Imana yacu Rurema Allah mu buryo burengeye cane ivyo bayitiranya bakayibangikanya, nta nkeka ko Isezerano ry’Imana yacu Rurema Allah ryo guhemba abemeramana n’iryo guhana abagarariji, ari iry’ukuri, ritegerezwa gushika”;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70