caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 91

Mecca · revelation order 52 · 11:91

قَالُوا۟ يَٰشُعَيْبُ مَا نَفْقَهُ كَثِيرًا مِّمَّا تَقُولُ وَإِنَّا لَنَرَىٰكَ فِينَا ضَعِيفًا وَلَوْلَا رَهْطُكَ لَرَجَمْنَٰكَ وَمَآ أَنتَ عَلَيْنَا بِعَزِيزٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBamwishuye bati: “Ewe Shu’ayibu! Ntidutahura vyinshi mu vyo utubwira, kandi twebwe mu vy’ukuri, tubona ko wewe uri umuntu usanzwe cane muri twebwe; iyo rero hataba kwubaha umuryango wawe dufise ico dupfana, twokwicishije amabuye, kanatsinda wewe nta cubahiro canke agateka tuguha namba”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70